Contact Us
  • Ivyerekeye Ingurane zacu zidasaba Inyungu
  • Rondera aboguha ingurane bari hafi yawe
  • Ndakwije ibisabwa ngo nemererwe ingurane?
  • NILs si uburyo bwogutora ingurane bwa daypay loan kandi si ingurane uhabwa na Banki
  • Amakuru avuga ivyerekeye NILs arasiguwe
  • Ntuzi neza ingurane wosaba mw'Ishirahamwe Good Shepherd ?
  • Turi hano kugirango tubafashe

Ivyerekeye Ingurane zacu zidasaba Inyungu

Dutanga ingurane zidasaba inyungu (NILS) ku bantu bigenga no ku miryango ifise uburyo bubayabaye bakaronka inzira bacamwo ibereye,nziza kandi bakaronka ingurane muburyo butavunanye.
Ingurane ziraboneka zokugura ibikoresha vyankenerwa cane vyomunzu no kuriha ibindi vyankenerwa nka Firigo,imashini imesa,gukoresha imodokari no kwibagisha kwa muganga kugeza ku madolari 1,500.

Irihwa ry’ingurane n’amafaranga atavunanye ukazoyariha hagati y’amezi 12 na 18. Ingurane zidasaba inyungu NILs zitangwa n’amashirahamwe 170 ari mubanyagihugu akorera mu bibanza birenga 600 muri Australia yose.Amahirwe arahari rondera ishirahamwe ritanga ingurane zidasaba inyungu NILs rikwegereye canke urondere uwogufasha ukoresheje telephone.

Person Photo

Iyi ngurane shobora kuyikoresha iki?

Ingurane zidasaba inyungu ni izo kugura ibikoresho vyankenerwa vyo munzu n’ibindi bikorwa.Ingurane ntushobora kuzikoresha mukugura ibifungurwa,kuriha amahera yogukota inzu,kuriha amazi, amatara, gaze,ama kashi canke kuriha amadeni.

Rondera aboguha ingurane bari hafi yawe

Ingurane zidasaba inyungu NILs zitangwa n'amashirahamwe 170 ari mubanyagihugu akorera ahantu karenga 600 muri Australia yose.Amahirwe arahari rondera ishirahamwe ritanga ingurane zidasaba inyungu NILs rikwegereye canke urondere uwogufasha ukoresheje telephone.

Ndakwije ibisabwa ngo nemererwe ingurane?

NILs si uburyo bwogutora ingurane bwa daypay loan kandi si ingurane uhabwa na Banki

NILs ikora muburyo bwitwa “uburyo bw’ingurane aho amahera azunguruka mubanyagihugu nk’ingurane “.Ibi bisobanura ko iyo umunywani arishe ingurane kuri NILS,amahera arishe,aba abonetse kugira uwundi muntu mubanyagihugu nawe abone ingurane.

young woman with brown hair smiling portrait

None umuntu asaba ingurane gute?

Amakuru avuga ivyerekeye NILs arasiguwe

Ntuzi neza ingurane wosaba mw'Ishirahamwe Good Shepherd ?

Koresha uburyo bwacu bw’ingurane bupima ubusumbane n’ubwiza b’ingurane bugufashe kumenya ingurane woronka

Abanywanyi bacu bavuga iki?

Imfashanyo ihabwa mugihe c'impanuka

Kuzindi mfashanyo zitangwa mugihe c’impanuka nk’ibifungurwa ,kuriha amazi,amatara, gaz n’ubukote bw’inzu. Rondera igisata DSS Emergency Relief gifasha mugihe c’impanuka kikwegereye.

Turi hano kugirango tubafashe

Aho wokura amakuru y'ingirakamaro

Good Shepherd Logo

Contact icon

Location icon

Other services you may be interested in

FDV NILs

FDV NILs

No Interest Loans for women affected by Family and Domestic Violence
Financial Independence Hub

Financial Independence Hub

The Financial Independence Hub offers a tailored financial coaching program to help people impacted by domestic and financial abuse establish a pathway to long-term financial recovery.
Family Violence Services Brimbank-Melton VIC

Family Violence Services Brimbank-Melton VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Brimbank-Melton region.
Bayside Peninsula Family Violence Services VIC

Bayside Peninsula Family Violence Services VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Bayside Peninsula.
Financial Capability and Wellbeing Program VIC

Financial Capability and Wellbeing Program VIC

Improve your understanding of your finances and debt management with our Financial Capability and Wellbeing Program.
Financial Counselling VIC

Financial Counselling VIC

Good Shepherd offers a free and confidential financial counselling service that assists people to gain control over debt and financial pressures.
Firmer Foundations NSW

Firmer Foundations NSW

Firmer Foundations is a free program for women focusing on money management and financial independence.
Family violence counselling for your children

Family violence counselling for your children

Good Shepherd's family violence service includes counselling and support for your children.
Housing services

Housing services

Our Family Violence services can help connect you with special crisis accommodation.
Legal Services Advice

Legal Services Advice

If you are experiencing family violence, we can connect you with helpful legal services.
Financial assistance

Financial assistance

Our Family Violence services can help you with financial assistance.
Counselling NSW

Counselling NSW

Good Shepherd offers a range of specialist counselling services to young people aged 12-17 and their families.