Contact Us
  • Ivyerekeye Ishirahamwe Good Money Stores rifasha ibijanye n'amafaranga
  • Imfashanyo ziboneka mw'ishirahamwe Good Money Stores rifasha ibijanye n'amafaranga
  • Tugendere aho dukorera
  • Ntuzi neza ingurane wokwaka?
  • Tangura gusaba ingurane mw'ishirahamwe Good Money Store rifasha ibijanye n'amahera ku rubuga ngurukanabumenyi
  • Abanywanyi bacu bavuga iki?

Ivyerekeye Ishirahamwe Good Money Stores rifasha ibijanye n'amafaranga

Ishirahamwe Good Money Stores rifasha ibijanye n’amafaranga riri mubanyagihugu rifasha mumutekano ,bitavunanye kandi ryitaho ibikorwa vy’ubutunzi bw’amafaranga ku bantu baronka amahera makeya.

Ishirahamwe Good Money Stores ryacu rifasha ibijanye n’amafaranga rifasha abatwituye kwihitiramwo muburyo burama uko botunganya abafaranga yabo ivyo bigatuma bumva ko baremurukiwe mukibano kandi bagashobora kwitunganiriza bonyene ubwabo mugihe kirekire ivyubutunzi bw’amafaranga yabo.

Ubufatanye muburyo bwanone hagati yamashirahamwe Good Shepherd ,the Victorian,n’ama Leta y’Intara ya South Australian na Queensland, n’I Banki ya National Australia bwatumye Ishirahamwe Good Money rifasha ibijanye n’amafaranga rishira amashami yaryo mubibanza bishobora gushikirwa n’abantu benshi.

Good Money Logo

Imfashanyo ziboneka mw'ishirahamwe Good Money Stores rifasha ibijanye n'amafaranga

person portrait

Good Shepard Tick
Nta Ngurane zisaba Inyungu ( NILs)
Good Shepard Tick
Ubwishingizi uhabwa na Esssentials by AAI
Good Shepard Tick
Kurungikwa muyandi mashirahamwe yogufasha nka :Amashirahamwe atanga impanuro zogutunganya neza ubutunzi bw'amafaranga,amashirahamwe ahanura ibijanye n'amategeko,n'Igisata ca Leta gifasha abanyagihugu ca Centrelink

Tugendere aho dukorera

N’ubwo guhagarika ibikorwa bimwe bimwe bisigura kwugara aho “Good Money” yakorera, tuzoguma tuboneka ariko dukorera kure. Duhamagare mu masaha y’akazi hama abakozi b’abagwaneza ba “Good Money” bashobore kugufasha.

person portrait

Good Shepard Tick
Good Shepard Tick
Good Shepard Tick

Ntuzi neza ingurane wokwaka?

Koresha ubuhinga bwacu bw'isuzumwa ry'ubusumbane n'ubwiza bw'ingurane kugirango umenye ingurane wokwaka
Good Shepard Contact

Good Shepard Contact

Good Shepard Contact

Good Shepard Contact

Good Shepard Contact

Good Shepard Contact

Good Shepard Contact

No Interest Loans

Tangura gusaba ingurane mw'ishirahamwe Good Money Store rifasha ibijanye n'amahera ku rubuga ngurukanabumenyi

Abanywanyi bacu bavuga iki?

Turi hano kugirango tubafashe

No Image Entered

No Image Entered

Aho wokura amakuru y'ingirakamaro

Good Shepherd Logo

Contact icon

Location icon

Other services you may be interested in

No Interest Loans (NILs) for vehicles

No Interest Loans (NILs) for vehicles

No Interest Loans (NILs) for Vehicles. Borrow up to $5000. Pay back what you borrow. No Fees. No Interest. Ever. For vehicles linked to day-to-day use. Including: Car (must be registered), motorcycle, scooter / mobility scooter, boat, first year registration and stamp duty (for purchase of vehicle)
FDV NILs

FDV NILs

No Interest Loans (NILs) For women affected by family and domestic violence Borrow up to $2000. Pay back what you borrow. No Fees. No Interest. Ever. For: Bond and rent   Legal costs Security items Removalist and transport costs Car registration and repairs Furniture and whitegoods Utility bills Technology e.g. laptop, phone Medical and dental Education and employment tools/equipment 
Household Relief

Household Relief

No Interest Loans (NILs) For people financially impacted by COVID Borrow up to $3000. Pay back what you borrow. No Fees. No Interest. Ever. For: Utility bills Bond or rent Council rates Body corporate fees
Good Insurance

Good Insurance

Good Shepherd offers insurance programs working with Australia’s largest insurance companies to create affordable and simple insurance policies for people on low incomes.
Financial assistance

Financial assistance

Our Family Violence services can help you with financial assistance.
No Interest Loans (NILs)

No Interest Loans (NILs)

No Interest Loans (NILs) for essentials. Borrow up to $1500. Pay back what you borrow. No Fees. No Interest. Ever. For essential goods & services including: Household items (fridge, TV, washing machine + more), furniture, education essentials, laptops. devices, car repairs, medical & dental expenses (other items as requested)
StepUP Loans

StepUP Loans

Existing StepUP clients only