Contact Us
  • Umugambi Financial Independence Hub
  • Umugambi Financial Independence Hub urashobora kugufasha mu:
  • Ndemerewe kubona imfashanyo mumugambi Financial Independence Hub?
  • Duhamagare
  • Agatabo karimwo amakuru
  • Translated Information
  • Turi ngaha kugira tugufashe

Umugambi Financial Independence Hub

Umugambi Financial Independence Hub ufasha k’ubuntu,mw’ibanga,ugafasha cane cane abantu bahohotewe muvy’ubutunzi muri Australia yose kugira ngo biyubake bagire ubwigenge mu vy’ubutunzi kandi bashikire intumbero zabo bihaye.

Wifuza

  • kwumva ko ushoboye kwitunganiriza buri musi ivy’ubutunzi bwawe kandi wumva ushoboye kwihitiramwo uko ukoresha amahera?
  • gutahura igitigiri c’amafaranga winjiza n’igitigiri c’amafaranga ukoresha?
  • gushobora kwiteganiriza kazoza no kwitunganirira amafaranga wewe ubwawe atawugufashije?
  • guteganya ayo uzokoresha hamwe n’ayo uzobika nk’akarorero kugura imodoka canke inzu?
  • gushobora kuriha ivyowakoresheje canke kwitegurira kuriha ivyo utari witeze?
  • Kugabanura canke kurangiza kuriha amadeni?
Young woman with short hair portrait black and white

Umugambi Financial Independence Hub urashobora kugufasha mu:

Good Shepard Heart

Kuguha inyigisho z’ivyubutunzi umwe kurumwe zigufasha kwubaka ubushobozi,kugufasha gutegura imigambi woshikako muvy’ubutunzi no kugufasha gutera intambwe ziboneka mukwubaka ubwigenge muvy’ubutunzi bwawe mugihe kirekire.

Good Shepard Heart

Ibikoresho n’ubumenyi bigufasha kwubaka icizere mugutunganya burimusi ivy’ubutunzi,guteganya, canke gukora werekeza kumigambi wihaye kuzoshikako.

Good Shepard Heart

Gutahura amafaranga-harimwo n’ibintu bitari muvyo warusanzwe uzi nk’akarorero kuriha ivyo wakoresheje,amadeni,kugira amahirwe make yokwaka ingurane.

Good Shepard Heart

Tangura kuziganya kugirango uzogure imodoka canke inzu

Good Shepard Heart

Kugufasha gutegura gusubira kukazi canke kwiyandikisha muri Centrelink.Kukurungika ahandi canke kukwereka ayandi mashirahamwe yogufasha woba ukeneye.

Ibikorwa vy’uwu mugambi bitangwa k’ubuntu,mw’ibanga kandi bikitaho ivyo ukeneye.Ntarubibi kumwanya.Umugwi wawe uzogufasha kumenya umwanya n’igihe kugirango ushikire ubwigenge muvy’ubutunzi bwawe.

“Ubwigenge muvy’ubutunzi” buratandukanye kuri buri muntu.Urugendo rwawe mugushikira ubwigenge muvy’ubutunzi ruzoba rwisangijwe.

Ibikwirikira vy'umufatanyabikorwa yizewe CommBank

Commonwealth Bank Logo

Ndemerewe kubona imfashanyo mumugambi Financial Independence Hub?

Uremerewe mugihe:

  • Uruwasigajwe n’ihohoterwa rifatiye k’ubutunzi bw’amafaranga,wakorewe murugo canke mumuryango.
  • Uri mubihe vyokworoherwa (ni ukuvuga ntukiri muvyago) kandi witeguye gutunganya umugambi wawe muvy’ubutunzi uzokora muri kazoza.
  • Urengeje imyaka 18 yamavuko kandi uba muri Australia.Ntibisaba ngo ube ufise uburenganzira bwokuba muri Australia burundu canke uburenganzira bwo kuba mugihugu.

Ntibisaba ngo ube uri umunywani wa Banki ya Commonwealth Bank kugira ufashwe n’umugambi Financial Independence Hub. Ntibisaba ko ubanza kwerekana ivyemezo canke ngo utubarire uko wabayeho kugirango ufashwe.

Umugambi Financial Independence Hub utangwa n’ishirahamwe Good Shepherd kandi amafaranga agatangwa na CommBank.

young woman wiht shoulder length hair standing outside in a denim jacket

Duhamagare

Referral Contact Form (FIH)
Name
Name
First
Last
Preferred method of contact
Do you need an interpreter?

Duhamagare

Hamagara umugwi ushoboye akazi wacu kuri telephone 1300 050 150

Agatabo karimwo amakuru

Agatabo karimwo amakuru karondererwa hano

Translated Information

View the Financial Independence Hub brochure in other languages

Turi ngaha kugira tugufashe

Good Shepherd Logo

Abo turibo n'ivyodukora

Menya vyinshi hano vyerekeranye n’ishirahamwe Good Shepherd

Contact icon

Duhamagare

Kumurongo wa telephone: 1300 050 150
Kumuromgo ngurukanabumenyi: FIH@goodshep.org.au

Location icon

Turondere aho dukorera

Rondera Ishirahamwe ryogufasha rikwegereye hano

Aho wokura amakuru y'ingirakamaro

Good Shepard Contact

Icegeranyo c'abagore n'umugambi ugurana amahera yishurwa mukiringo gito wa Payday Lending

Soma Icegeranyo gishasha c’abagore n’umugambi ugurana amahera yishirwa mukiringo gito wa Payday Lending

Good Shepard Contact

Ibinyamakuru vyacu

Raba aho dukura amakuru n’ibinyamakuru vyacu bishasha

Good Shepard Contact

Amategeko n'Ivyemezo

Raba amategeko n’ibikorwa vy’ivyemezo vyacu bishasha

Other services you may be interested in

FDV NILs

FDV NILs

No Interest Loans for women affected by Family and Domestic Violence
Family Violence Services Brimbank-Melton VIC

Family Violence Services Brimbank-Melton VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Brimbank-Melton region.
Bayside Peninsula Family Violence Services VIC

Bayside Peninsula Family Violence Services VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Bayside Peninsula.
Financial Capability and Wellbeing Program VIC

Financial Capability and Wellbeing Program VIC

Improve your understanding of your finances and debt management with our Financial Capability and Wellbeing Program.
Financial Counselling VIC

Financial Counselling VIC

Good Shepherd offers a free and confidential financial counselling service that assists people to gain control over debt and financial pressures.
Firmer Foundations NSW

Firmer Foundations NSW

Firmer Foundations is a free program for women focusing on money management and financial independence.
Family violence counselling for your children

Family violence counselling for your children

Good Shepherd's family violence service includes counselling and support for your children.
Housing services

Housing services

Our Family Violence services can help connect you with special crisis accommodation.
Legal Services Advice

Legal Services Advice

If you are experiencing family violence, we can connect you with helpful legal services.
Financial assistance

Financial assistance

Our Family Violence services can help you with financial assistance.
NILs No Interest Loans

NILs No Interest Loans

No Interest Loans (NILs) provides individuals and families on low incomes with access to safe, fair and affordable credit with no fees or interest.
Counselling NSW

Counselling NSW

Good Shepherd offers a range of specialist counselling services to young people aged 12-17 and their families.
Click here to exit quickly