Contact Us

Ivyerekeye ingurane zidasaba inyungu kubahohotewe mumiryango no mungo

Uri umugore wahohotewe canke uhohoterwa mumuryango canke murugo?Ishirahamwe Good Shepherd ritanga ingurane itavunanye,ingurane idasaba inyungu kugeza kuma dolari 2.000 ashobora kugufasha kuba murugo mumutekano, kwimukira aho ushobora kubona umutekano,canke kwongere kwiyubaka mubuzima bwawe kugeza kumyaka 10 vyaragushikiye.

Ingurane zacu dutanga ni amafaranga ava mukigega ca Leta,nta mahera usabwa mu kuronswa ingurane,ntayandi mahera uriha kuruhande ,ntanyungu ushirako mukuriha ingurane.Uriha gusa amahera bakuguranye,buri mayinga abiri canke buri kwezi mumezi 24,amahera ava kuri konte ya banki yawe canke ukayarihira akiri muri centrelink itaraguhemba.

Person Photo

Ndakwije ibisabwa ngo nemererwe ingurane?

black and white woman portrait

Weremerewe gusaba ingurane mugihe:

Good Shepard Tick
Uri umugore wahohotewe mumuryango canke murugo munyaka 10 iheze ukaba ufise imyaka yamavuko 18 canke irenga
Good Shepard Tick
Ufise ubwenegihugu bwa Australia,ufise uruhusha rwo kuba burundu muri Australia,canke ufise uruhusha rwokuba muri Australia ruzorangira ingurane warahejeje kuyishura
Good Shepard Tick
Uhembwa umushahara canke ufise aho ukura amahera azoguha ubushobozi bwo kwishura ingurane (uburyo bwo kuriha ingurane buba bwarasuzumwe mugihe wasaba ingurane)

Nshobora gukoresha iki ingurane?

  • Kuriha ubwishingizi n’amahera yugukota inzu (mumashirahamwe akotesha amazu azwi gusa,atari ku muntu yigenga mwene inzu)
  • Kuriha amahera kuwagufashije ivy’amategeko
  • Kuriha ibikoresha bikuzanira umutekano
  • Kuriha amashirahamwe yimura abantu
  • Gukoresha umuduga n’ukuyandikisha
  • Kugura intebe imeza ibitanda na firigo imashine imesa
  • Kuriha nk ‘umuyagankuba,gaze,amazi,telephone,interineti
  • Kugura ibikoresho vy’ubuhinga bwanone,inyabwonko,telephone
  • Kuriha ivy’ubuvuzi n’ivy’amenyo
  • Kuriha ivy’ama shuri n’uburezi
  • Kugura ibikoresho vyogukoresha mukazi
  • Kuriha ibijanye n’ibitungwa vyo munzu

Ntidutanga ingurane zokuronka ama cashi,kwishura amadeni canke kugura imodoka.
Amafaranga arihwa n’ishirahamwe Good Shepherd aho waguriye ibintu (aho waguriye ibintu bagomba kuba bafise inomero y’ubucuruzi ya Australia)

Usaba ingurane gute?

Duhamagare kuri 1300 031 001 uvugane n’umukozi ashinzwe ivy’ubutunzi

Imirongo yoguhamagara iba yuguruye kuva isaha zitatu zo mu gatondo gushika cumi n’imwe z’umuhingamo kuva kuwambere gushika kuwagatanu

Duhamagare

Referral Contact Form (DVNILS)
Name
Name
First
Last
Preferred method of contact
Do you need an interpreter?

Turi ngaha kugirango tugufashe

Good Shepherd Logo

Abo turibo n'ivyodukora

Menya vyinshi hano vyerekeranye n’ishirahamwe Good Shepherd

Contact icon

Duhamagare

Kuri Telephone: 1300 031 001

More Loans

Turondere aho dukorera

Aho wokura amakuru y'ingirakamaro

Financial Counselling

Umurongo ngurukanabumenyi wa MoneySmart Budget Planner ugufasha kuringaniza ikoreshwa ry'ubutunzi

Tuwukoresha munyigisho dutanga,bishobora kugufasha kuringaniza ikoreshwa ry’ubutunzi bwawe

Financial Counselling

Kugabanya amahera uriha umuyagankuba

Ubu buhinga bushobora kugufasha kugabanya amahera uriha umuyagankuba

Loans and Insurance

Ikiza kigerageza ubutunzi bwawe

Wame witeguye muvy’ubutunzi mugihe ikiza giteye

We Are Icon

Dukorera mumutekano

Tumeze neza

Dufise ubushobozi

Dufitaniye imigenderanire n’ayandi mashirahamwe

Other services you may be interested in

Financial Independence Hub

Financial Independence Hub

The Financial Independence Hub offers a tailored financial coaching program to help people impacted by domestic and financial abuse establish a pathway to long-term financial recovery.
Family Violence Services Brimbank-Melton VIC

Family Violence Services Brimbank-Melton VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Brimbank-Melton region.
Bayside Peninsula Family Violence Services VIC

Bayside Peninsula Family Violence Services VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Bayside Peninsula.
Financial Capability and Wellbeing Program VIC

Financial Capability and Wellbeing Program VIC

Improve your understanding of your finances and debt management with our Financial Capability and Wellbeing Program.
Financial Counselling VIC

Financial Counselling VIC

Good Shepherd offers a free and confidential financial counselling service that assists people to gain control over debt and financial pressures.
Firmer Foundations NSW

Firmer Foundations NSW

Firmer Foundations is a free program for women focusing on money management and financial independence.
Family violence counselling for your children

Family violence counselling for your children

Good Shepherd's family violence service includes counselling and support for your children.
Housing services

Housing services

Our Family Violence services can help connect you with special crisis accommodation.
Legal Services Advice

Legal Services Advice

If you are experiencing family violence, we can connect you with helpful legal services.
Financial assistance

Financial assistance

Our Family Violence services can help you with financial assistance.
NILs No Interest Loans

NILs No Interest Loans

No Interest Loans (NILs) provides individuals and families on low incomes with access to safe, fair and affordable credit with no fees or interest.
Counselling NSW

Counselling NSW

Good Shepherd offers a range of specialist counselling services to young people aged 12-17 and their families.
Click here to exit quickly