Duhamagare
  • Ivyerekeye Ingurane zacu zidasaba Inyungu
  • Iyi ngurane shobora kuyikoresha iki?
  • Rondera Aboguha Ingurane Bari Hafi Yawe
  • Ndakwije ibisabwa ngo nemererwe ingurane?
  • How to Apply
  • Amakuru avuga ivyerekeye NILs arasiguwe
  • Abanywanyi bacu bavuga iki?
Language:

Ivyerekeye Ingurane zacu zidasaba Inyungu

Dutanga ingurane zidasaba inyungu (NILS) ku bantu bigenga no ku miryango ifise uburyo bubayabaye bakaronka inzira bacamwo ibereye,nziza kandi bakaronka ingurane muburyo butavunanye.
Ingurane ziraboneka zokugura ibikoresha vyankenerwa cane vyomunzu no kuriha ibindi vyankenerwa nka Firigo,imashini imesa,gukoresha imodokari no kwibagisha kwa muganga kugeza ku madolari 1,500.

Irihwa ry’ingurane n’amafaranga atavunanye ukazoyariha hagati y’amezi 12 na 18. Ingurane zidasaba inyungu NILs zitangwa n’amashirahamwe 170 ari mubanyagihugu akorera mu bibanza birenga 600 muri Australia yose.Amahirwe arahari rondera ishirahamwe ritanga ingurane zidasaba inyungu NILs rikwegereye canke urondere uwogufasha ukoresheje telephone.

Person Photo

Watch: How does a No Interest Loan work?

Iyi ngurane shobora kuyikoresha iki?

Ingurane zidasaba inyungu ni izo kugura ibikoresho vyankenerwa vyo munzu n'ibindi bikorwa.Ingurane ntushobora kuzikoresha mukugura ibifungurwa,kuriha amahera yogukota inzu,kuriha amazi, amatara, gaze,ama kashi canke kuriha amadeni.
used car on highway photo

Gukoresha imodokari

Ingurane zidasaba inyugu urashobora kuyikoresha mugukoresha imodokari

dentist and patient photo

Mukuriha amahera wivurijeko kwa muganga canke kwivuza amenyo

Ingurane zacu zidasaba inyungu dutanga zirashobora gukoreshwa mukuriha amahera wivurishijeko amenyo canke kuriha amahera yo kwivuziko kwa muganga

young woman using laptop

Kuriha ibikoresho vyankenerwa vyo kw'ishuri

Ingurane zacu zidasaba inyungu dutanga zirashobora gukoreshwa mukuriha ibikoresho vyankenerwa vyo kw’ishuri nk’inyabwonko n’ibitabo vy’ishuri.

Household items fridge

Ibikoresho vyo munzu n'ibindi vyankenerwa cane

Ingurane zacu zidasaba inyungu dutanga zirashobora gukoreshwa mukugura ibikoresho vyo munzu nka Firigo n’imashini zimesa.

Books and stationary photo

Ibindi bikoresho mugihe ubisavye.

Ingurane zacu zidasaba inyungu dutanga zirashobora gukoreshwa mukugura ibindi bikoresho canke ibikorwa, nk’intebe, imeza n’ibitanda hamwe n’ugusanura ivyononekaye.

Rondera Aboguha Ingurane Bari Hafi Yawe

Ingurane zidasaba inyungu NILs zitangwa n’amashirahamwe 170 ari mubanyagihugu akorera ahantu karenga 600 muri Australia yose.Amahirwe arahari rondera ishirahamwe ritanga ingurane zidasaba inyungu NILs rikwegereye canke urondere uwogufasha ukoresheje telephone.

Ndakwije ibisabwa ngo nemererwe ingurane?

young woman with brown hair smiling portrait

Wemerewe gusaba ingurane mugihe:

Good Shepard Tick
Ufise Ikarata yo kwivurizako /Ikarata zihabwa abakukuruke canke ukorera musi y'amadorari 45.000 ku mwaka wamaze gutanga ikori (amadorari 60.000 ku bubakanye canke bafise abana batunze)
Good Shepard Tick
Werekanye ubushobozi ko ushobora kuzokwishura ingurane

NILs si uburyo bwogutora ingurane bwa daypay loan kandi si ingurane uhabwa na Banki

NILs ikora muburyo bwitwa “uburyo bw’ingurane aho amahera azunguruka mubanyagihugu nk’ingurane “.Ibi bisobanura ko iyo umunywani arishe ingurane kuri NILS,amahera arishe,aba abonetse kugira uwundi muntu mubanyagihugu nawe abone ingurane.

How to Apply

1

Intambwe ya 1:Kuzuza ibisabwa

Kumenya nimba wemerewe kugirango uronke ingurane idasaba inyungu,raba nimba wuzuje ibisabwa.

3

Intambwe ya 3: Gusaba umubonano

Saba umubonano kugirango mubonane n’uwutanga ingurane

4

Intambwe ya 4:Impapuro z'ivyangombwa

Tanga Impapuro z’ivyangombwa mugusaba ingurane kugirango babisuzume barabe ko ushobora kwemererwa .

5

Intambwe ya 5:

Impapuro z’igisabo cawe zizokwigwa

6

Intambwe ya 6:

Uzomenyeshwa nimba wemerewe canke utemerewe hakoreshejwe telephone canke ubuhinga ngurukanabumenyi

Amakuru avuga ivyerekeye NILs arasiguwe

Raba amakuru avuga ivyerekeye NILs asiguwe muzindi ndimi

Ntuzi neza ingurane wosaba mw'Ishirahamwe Good Shepherd ?

Koresha uburyo bwacu bw’ingurane bupima ubusumbane n’ubwiza b’ingurane bugufashe kumenya ingurane woronka

We are here for you

Abanywanyi bacu bavuga iki?

Ray

Ray

UMUNYWANYI W’INGURANE IDASABA INYUNGU

Numvise nduhutse cane maze kuronka ivyo bikoresho hanyuma kandi nkashobora kurangiza kubiriha ndishe amafaranga nshobora kuronka bitamvunye cane.

No Image Entered
Marisol

Marisol

UMUNYWANYI W’INGURANE IDASABA INYUNGU

Ubu ndumva ndemye mukwitunganiriza amafaranga yanje,narigishijwe uko nohindura ibintu muburyo bwiza,n’ukwihitiramwo neza jewe ubwanje ivyonokora.Nzoboneramwo akarusho muri uwu mugambi mubuzima bwanje nsigaje kubaho kandi nzowuraga umuhungu wanje nk’uko ariko arakura.

No Image Entered
Rhonda

Rhonda

UMUNYWANYI W’INGURANE IDASABA INYUNGU

Igihe naronka ingurane idasaba inyungu NILs naranezerewe cane kubera ntazoriha inyungu

No Image Entered

Imfashanyo ihabwa mugihe c'impanuka

Kuzindi mfashanyo zitangwa mugihe c’impanuka nk’ibifungurwa ,kuriha amazi,amatara, gaz n’ubukote bw’inzu. Rondera igisata DSS Emergency Relief gifasha mugihe c’impanuka kikwegereye.

Turi hano kugirango tubafashe

Good Shepherd Logo

Abo turibo n'ivyodukora

Menya vyinshi hano vyerekeranye n’ishirahamwe Good Shepherd

Contact icon

Duhamagare

Duterefone kumurongo wa telephone 13 64 57

Location icon

Turonderere aho dukorera

Rondera Ishirahamwe ryogufasha rikwegereye hano

Aho wokura amakuru y'ingirakamaro

Financial Counselling

Umurongo ngurukanabumenyi ugufasha kuringaniza ikoreshwa ry' ubutunzi wa MoneySmart Budget Planner

Tuwukoresha munyigisho dutanga,bishobora kugufasha kuringaniza ikoreshwa ry’ ubutunzi bw’amafaranga yawe

Financial Counselling

Kugabanura amahera uriha umuyagankuba

Ubu buhinga bushobora kugufasha kugabanura amahera uriha umuyagankuba

Loans and Insurance

Ikiza kigerageza ubutunzi bwawe

Wame witeguye muvy’ubutunzi mugihe ikiza giteye

Other services you may be interested in

<noscript><img width=

No Interest Loans (NILs) for vehicles

For vehicles linked to day-to-day use including:
  • car (must be registered),
  • motorcycle,
  • scooter / mobility scooter,
  • boat,
  • first year registration and stamp duty (for purchase of vehicle).
Borrow up to $5000. Pay back what you borrow. No Fees. No Interest. Ever.
<noscript><img width=

Good Shepherd ‘Pop-Up’ in East Gippsland & Towong

Good Shepherd is supporting Victorians in the East Gippsland and Towing regions to rebuild, following the 2019/21 bushfires which left many people financially vulnerable.
<noscript><img width=

Family & Domestic Violence No Interest Loans (FDV NILs)

For women affected by family and domestic violence. Loans can be used for bond & rent, legal costs, security items, removalist and transport costs, car registration and repairs, furniture and whitegoods, utility bills, technology, medical & dental, education & employment tools/equipment . Borrow up to $2000. Pay back what you borrow. No Fees. No Interest. Ever.
<noscript><img width=

Financial Independence Hub

The Financial Independence Hub is a free and confidential service supporting people who have experienced financial abuse to feel more confident with money and plan for the future. If you have experienced financial abuse and are ready to take practical steps to build your long-term financial independence, we are here to support you.
<noscript><img width=

Family Violence Services Brimbank-Melton VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Brimbank-Melton region.
<noscript><img width=

Bayside Peninsula Family Violence Services VIC

If you are experiencing family violence Good Shepherd can help. We provide specialist family violence services for those in the Bayside Peninsula.
<noscript><img width=

Financial Capability and Wellbeing Program VIC

Improve your understanding of your finances and debt management with our Financial Capability and Wellbeing Program.
<noscript><img width=

Financial Counselling VIC

Good Shepherd offers a free and confidential financial counselling service that assists people to gain control over debt and financial pressures.
<noscript><img width=

Firmer Foundations NSW

Firmer Foundations is a free program for women focusing on money management and financial independence.
<noscript><img width=

Family violence counselling for your children

Good Shepherd's family violence service includes counselling and support for your children.
<noscript><img width=

Housing services

Our Family Violence services can help connect you with special crisis accommodation.
<noscript><img width=

Legal Services Advice

If you are experiencing family violence, we can connect you with helpful legal services.
<noscript><img width=

Financial assistance

Our Family Violence services can help you with financial assistance.
<noscript><img width=

Counselling NSW

Good Shepherd offers a range of specialist counselling services to young people aged 12-17 and their families.