Ivyerekeye ingurane zidasaba inyungu kubahohotewe mumiryango no mungo
Uri umugore wahohotewe canke uhohoterwa mumuryango canke murugo?Ishirahamwe Good Shepherd ritanga ingurane itavunanye,ingurane idasaba inyungu kugeza kuma dolari 2.000 ashobora kugufasha kuba murugo mumutekano, kwimukira aho ushobora kubona umutekano,canke kwongere kwiyubaka mubuzima bwawe kugeza kumyaka 10 vyaragushikiye.
Ingurane zacu dutanga ni amafaranga ava mukigega ca Leta,nta mahera usabwa mu kuronswa ingurane,ntayandi mahera uriha kuruhande ,ntanyungu ushirako mukuriha ingurane.Uriha gusa amahera bakuguranye,buri mayinga abiri canke buri kwezi mumezi 24,amahera ava kuri konte ya banki yawe canke ukayarihira akiri muri centrelink itaraguhemba.
Ndakwije ibisabwa ngo nemererwe ingurane?
Weremerewe gusaba ingurane mugihe:
Iyi ngurane shobora kuyikoresha iki?
- Bond and rent (with a valid lease agreement)
- Kuriha amahera kuwagufashije ivy’amategeko
- Kuriha ibikoresha bikuzanira umutekano
- Kuriha amashirahamwe yimura abantu
- Gukoresha umuduga n’ukuyandikisha
- Kugura intebe imeza ibitanda na firigo imashine imesa
- Kuriha nk ‘umuyagankuba,gaze,amazi,telephone,interineti
- Kugura ibikoresho vy’ubuhinga bwanone,inyabwonko,telephone
- Kuriha ivy’ubuvuzi n’ivy’amenyo
- Kuriha ivy’ama shuri n’uburezi
- Kugura ibikoresho vyogukoresha mukazi
- Kuriha ibijanye n’ibitungwa vyo munzu
Ntidutanga ingurane zokuronka ama cashi,kwishura amadeni canke kugura imodoka.
Amafaranga arihwa n’ishirahamwe Good Shepherd aho waguriye ibintu (aho waguriye ibintu bagomba kuba bafise inomero y’ubucuruzi ya Australia)
Usaba ingurane gute?
Duhamagare kuri 1300 031 001 uvugane n’umukozi ashinzwe ivy’ubutunzi
Imirongo yoguhamagara iba yuguruye kuva isaha zitatu zo mu gatondo gushika cumi n’imwe z’umuhingamo kuva kuwambere gushika kuwagatanu
Here is what some of our FDV No Interest Loan's client have to say:
Margarat* used her FDV No Interest Loan to turn her new property into a comfortable home.
Margarat* used her FDV No Interest Loan to turn her new property into a comfortable home.
Being in her 60s it’s been hard for Margaret to leave everything and start again. After living in a refuge for a few months, she found long term housing & was preparing to move in.
Her support worker put Margaret in touch with Good Shepherd’s FDV No Interest Loans to buy a fridge and washing machine.
Margaret didn’t miss any of her payments and successfully completed her loan within 8 months.
*These stories are based on the experiences of many FDV NILs clients. Stock photo used
Stacey* turned to FDV No Interest Loans when she wasn’t eligible for a grant package.
Stacey was behind due to financial abuse including the perpetrator taking her pay & making loan repayments from her bank account. He also damaged her windows, computer and TV.
When Stacey received a breach notice for not paying her rent & couldn’t access any support packages, she felt desperate.
Thankfully she reached out to FDV No Interest Loans. A loan was provided to replace the broken items and pay her rent arrears so she could maintain her tenancy.
*These stories are based on the experiences of many FDV NILs clients. Stock photo use
Turi hano kugirango tubafashe
Abo turibo n'ivyodukora
Menya vyinshi hano vyerekeranye n’ishirahamwe Good Shepherd
Duhamagare
Ph: 1300 031 001
Turonderere aho dukorera
Not sure which loans are right for you? Use our Loan Comparison Tool.
Aho wokura amakuru y'ingirakamaro
Umurongo ngurukanabumenyi ugufasha kuringaniza ikoreshwa ry' ubutunzi wa MoneySmart Budget Planner
Tuwukoresha munyigisho dutanga,bishobora kugufasha kuringaniza ikoreshwa ry’ ubutunzi bw’amafaranga yawe
Kugabanura amahera uriha umuyagankuba
Ubu buhinga bushobora kugufasha kugabanura amahera uriha umuyagankuba
Ikiza kigerageza ubutunzi bwawe
Wame witeguye muvy’ubutunzi mugihe ikiza giteye
Dukorera mumutekano
Tumeze neza
Dufise ubushobozi
Dufitaniye imigenderanire n’ayandi mashirahamwe