Contact Us

Hitamwo ingurane ikubereye

Good Shepard Umbrella

Nkeneye kugura ibikoresho n'ibikorwa vyankenerwa

Ushobora kwiyumvira gusaba Ingurane idasaba inyungu kugirango:

ukoreshe imodokari
kuriha ivy'ubuvuzi no kwivuza amenyo
kugura ibikoresho vy'ishuri
kugura ibikoresho vyo munzu nk'amafirigo

Kugeza kumadolari 1.500

y'ingurane

idasaba

inyungu kungurane

ukazoriha ingurane mukiringo

c'amezi12 - n'amezi 18
Good Shepard Umbrella

Nifuza kwongereza uburyo bwokubaho neza

Ushobora gusaba Ingurabe idasaba inyungu FDV NILs kugirango ugure:

Intebe, imeza, ibitanda n'amafirigo, imashine zimesa impuzu
Kuriha amahera uwagufashije ibijanye n’amategeko
ibikoresho vy'ubuhingabwanone n'umutekano
uburezi/ibikoresho vy'akazi
kuriha ibikoresho vyokurinda umutekano

Ingurane zidasaba inyungu kubahohotewe murugo

Kugeza kumadolari 2.000

y'ingurane

idasaba

inyungu kungurane

ukazoriha ingurane mukiringo

cokugeza kumyaka 2
Good Shepard Umbrella

Ukeneye amahera yo kuriha inzu ukotesheje canke kuriha amazi, umuyagankuba na gaze

Wokwitura Imfashanyo iruhurira umuryango:

kugufasha kuriha amafaranga yogukota inzu(ubicishije mw'ishirahamwe ryemewe n'amategeko yogukotesha amazu)
kugufasha kuriha amazi,umuyagankuba na gaze
kugufasha Kuriha amakori y'ubutaka kumanzu
kugufasha Kuriha intererano kumashirahamwe yemewe n'amategeko

Ingurane iruhurira umuryango

Kugeza kumadolari 3.000

y'ingurane

Idasaba

Inyungu kungurane

ukazoriha ungurane mukiringo

c'amezi12 - n'amezi 18

RONDERA AHO WAKA INGURANE HAKWEGEREYE

Ingurane zacu zitangwa n’amashirahamwe 170 ari mubanyagihugu akorera ahantu harenga 600.Amahirwe arahari rondera ishirahamwe ritanga ingurane rikwegereye canke urondere uwogufasha ukoresheje telephone.

Aho wokura amakuru y'ingirakamaro

Financial Counselling

Umurongo ngurukanabumenyi ugufasha kuringaniza ikoreshwa ry'ubutunzi wa MoneySmart Budget Planner

Tuwukoresha munyigisho dutanga,bishobora kugufasha kuringaniza ikoreshwa ry’ ubutunzi bw’amafaranga yawe

Financial Counselling

Kugabanya amahera uriha umuyagankuba

Ubu buhinga bushobora kugufasha kugabanya amahera uriha umuyagankuba

Loans and Insurance

Ikiza gihungabanya ubutunzi bwawe

Wame witeguye muvy’ ubutunzi mugihe ikiza giteye